23-29 Nyakanga
ZABURI 88-89
Ururirimbo rwa 22 n’isengesho | Intangamarara (Umun. 1)
1. Ubutegetsi bwa Yehova ni bwo bwiza kuruta ubundi
(Imin. 10)
Ubutegetsi bwa Yehova burangwa n’ubutungane nyakuri (Zb 89:14; w17.06 28 ing. 5)
Ubutegetsi bwa Yehova butuma abantu bagira umunezero nyakuri (Zb 89:15, 16; w17.06 29 ing. 10-11)
Ubutegetsi bwa Yehova buzokwamaho ibihe vyose (Zb 89:34-37; w14 15/10 10 ing. 14)
2. Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya
(Imin. 10)
-
Zb 89:37—Ni itandukaniro irihe riri hagati y’ubwizigirwa n’ukudahemuka? (cl 281 ing. 4-5)
-
Ni ibiki wize mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
3. Igisomwa ca Bibiliya
(Imin. 4) Zb 89:1-24 (th icigwa ca 11)
4. Gutanguza ikiyago
(Imin. 3) KU MUGARAGARO. Nusabe kwigisha Bibiliya umuntu atigeze aba umukirisu. (lmd icigwa ca 5 iciyumviro ca 5)
5. Gukurikirana abashimishijwe
(Imin. 4) INZU KU NZU. Numubaze ko womwereka ukuntu twigisha abantu Bibiliya. (th icigwa ca 9)
6. Gusigura ivyo wemera
(Imin. 5) Insiguro. ijwbq 181—Umutwe: Ni ibiki bivugwa muri Bibiliya? (th icigwa ca 2)
Ururirimbo rwa 94
7. Ingingo ngenderwako za Yehova ni zo nziza kuruta izindi
(Imin. 10) Guhana ijambo.
Abantu benshi usanga babona ko ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya zijanye n’igitsina hamwe n’umubano w’abubatse zirenza urugero kandi ko zataye igihe. Woba warajijutse ko gukurikiza ingingo ngenderwako za Yehova vyama bikugirira akamaro?—Yes 48:17, 18; Rm 12:2.
-
Kubera iki tudakwiye kwizigira ingingo ngenderwako z’isi zigenga inyifato runtu? (Yr 10:23; 17:9; 2Kr 11:13-15; Ef 4:18, 19)
-
Kubera iki dukwiye kwizigira ingingo ngenderwako za Yehova zigenga inyifato runtu? (Yoh 3:16; Rm 11:33; Tt 1:2)
Bibiliya yigisha ko abirengagiza amategeko y’Imana agenga inyifato runtu «[bata]zotorana Ubwami bw’Imana.» (1Kr 6:9, 10) None ico ni co conyene cotuma dukurikiza ingingo ngenderwako z’Imana?
Nimurabe IVIDEWO Imvo zituma twizera—Nahisemwo kwisunga ingingo ngenderwako z’Imana. Nuce ubaza uti:
-
Ingingo ngenderwako z’Imana zigenga inyifato runtu zidukingira gute?
8. Ibikenewe iwanyu
(Imin. 5)
9. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero
(Imin. 30) bt ikig. 15 ing. 15-20