11-17 Ruheshi
LUKA 1
Ururirimbo rwa 137 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Niwigane ukwicisha bugufi kwa Mariya”: (Imin. 10)
[Erekana akavidewo kavuga Incamake y’igitabu ca Luka.]
Lk 1:38—Yaremeye ibanga yahawe yicishije bugufi (ia 149 ing. 12)
Lk 1:46-55—Yarashemeje Imana yerekeza kw’Ijambo ryayo (ia 150-151 ing. 15-16)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Lk 1:69—Imvugo ngo “ihembe ry’ubukiriro” isobanura iki? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)
Lk 1:76—Ni mu buryo ki Yohani Umubatizi ‘yokwitangiye imbere Yehova’? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Lk 1:46-66
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Koresha agace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago.
Akavidewo ka usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 5) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.
Usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 8) Raba ibikenewe iwanyu canke muganire ku mayagwa ajanye n’icanditswe c’umwaka wa 2018. (w18.01 8-9 ing. 4-7)
Ibirangurwa n’ishirahamwe: (Imin. 7) Erekana videwo yo muri Ruheshi ivuga ngo Ibirangurwa n’ishirahamwe.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 24
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 58 n’isengesho