22- 28 Ruhuhuma
NEHEMIYA 12-13
Ururirimbo rwa 106 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ivyigwa ngirakamaro dusanga mu gitabu ca Nehemiya”: (Imin. 10)
Neh 13:4-9
—Niwirinde abagenzi babi (w13 15/8 4 ing. 5-8) Neh 13:15-21
—Nushire imbere ivy’impwemu (w13 15/8 5-6 ing. 13-15) Neh 13:23-27
—Nuzigame akaranga kawe k’ubukirisu (w13 15/8 6-7 ing. 16-18)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Neh 13:10-13
—Ni icigwa ikihe dukura mu bivugwa muri Nehemiya 13:10-13? (w13 15/8 4-5, ing. 9-10) Neh 13:31b
—Nehemiya yariko asaba iki Yehova? (w11 1/2 14 ing. 3-5) Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?
Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?
Igisomwa ca Bibiliya: Neh 12:1-26 (Imin. 4 canke idashika)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Umwamamaji nahe ubutumire bw’Icibutso umuntu asa n’uwutashimishijwe.
Mugihura: (Imin. 4 canke idashika) Nihagirwe umwerekano aho umwamamaji aha ubutumire bw’Icibutso n’Umunara w’Inderetsi umuntu yashimishijwe vy’ukuri. Nacire inzira ikiyago kizokurikira.
Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) Nusigurire inyigisho yawe ibijanye n’Icibutso ukoresheje igitabu Ivyo Bibiliya yigisha, ku rup. 206-208. Numubwire ico uzomufasha kugira yitabe Icibutso.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Nutumire uwo ari we wese mu cibare cawe ku Cibutso”: (Imin. 15) Guhanahana ijambo. Sigura ingene ishengero ryanyu rizohetura icibare caryo. Igihe muganira ahavuga ngo “Ivyo wokora,” nimurabe ividewo ijanye n’Icibutso. Nuremeshe bose kugira uruhara bimwe bishitse mw’isekeza no kuguma bagendera uwo wese yagaragaje ugushimishwa. Nimugire umwerekano.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: ia ikig. 9 ing. 14-24, n’isubiramwo ry’ikigabane (Imin. 30)
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 147 n’isengesho