16-22 Rusama
2 SAMWELI 1-3
Ururirimbo rwa 103 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Twigira iki ku ‘Karirimbo k’intimba k’Umuheto’?”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
2Sm 1:26—Kubera iki Dawidi yise Yonatani ngo “mwene wacu”? (it-1 928 ing. 9)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Sm 3:1-16 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku gace kajanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 3)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Numubwire ko twigisha Bibiliya ku buntu, uce umuha agakarata ka jw.org. (th icigwa ca 20)
Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 04, iciyumviro ca 5 n’agace kavuga ngo “Hari abavuga bati” (th icigwa ca 19)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Urukundo . . . ntirunezererwa ibitagororotse”: (Imin. 7) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Mwibuke ko urukundo . . . rutanezererwa ibitagororotse.
“Urukundo . . . rwizigira vyose”: (Imin. 8) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Mwibuke ko urukundo . . . rwizigira vyose.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 04
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 2 n’isengesho