23-29 Rusama
2 SAMWELI 4-6
Ururirimbo rwa 135 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Nugume utinya gukora ibidahimbara Yehova”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
2Sm 6:8, 9—Twigira iki ku kuntu Dawidi yavyifashemwo igihe Yehova yarakara? (w96 1/4 29 ing. 1)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Sm 4:1-12 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Koresha agace kajanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 12)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nimuce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya? (th icigwa ca 9)
Insiguro: (Imin. 5) w05 1/10 23-24 ing. 14-15—Umutwe: “Nimutinye Imana kandi muyihe ubuninahazwa.”—Ivy 14:7. (th icigwa ca 19)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Wokwitegurira gute igihe c’imigumuko?”: (Imin. 15) Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza gishikirizwa n’umukurambere. Nimurabe ividewo ivuga ngo Woba witeguriye icago? Numenyeshe ivyibukijwe bivuye ku biro vy’ishami canke ku nama y’abakurambere nimba bihari.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 05
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 96 n’isengesho