«Inkuru nziza» (Ururirimbo rw’ihwaniro ryo mu 2024)
Voma:
1. «Haninahazw’Imana»
Yo yatubwiye
Yuk’Umwana wayo yavutse.
Biraduhoza
Ko haj’Umukiza.
(ICITABIRIZO)
N’inkuru nziza
Y’umunezero.
Shemez’Imana!
N’Inkuru nziza
Tuyamamaze.
Kristu n’inzira,
Ukuri n’ubuzima.
2. Azozan’amahoro
Ku ntwaro yiwe,
Aduh’ubuzima bwamaho.
Ubwami bwiwe
N’ubw’ibihe vyose.
(ICITABIRIZO)
N’inkuru nziza
Y’umunezero.
Shemez’Imana!
N’Inkuru nziza
Tuyamamaze.
Kristu n’inzira,
Ukuri n’ubuzima.
(ICITABIRIZO)
N’inkuru nziza
Y’umunezero.
Shemez’Imana!
N’Inkuru nziza
Tuyamamaze.
Kristu n’inzira,
Ukuri n’ubuzima.
(Raba kandi Mat. 24:14; Yoh. 8:12; 14:6; Yes. 32:1; 61:2.)