Ntiduheba
Voma:
1. Turabona yuko
Umuher’uri hafi.
Abantu borokoka gute
Ata wamamaje?
2. Tubabwir’ukuri.
Ntidutinye na gato.
Twizer’Imana, tuyisenge
Ngo tugir’umwete.
(ICITABIRIZO)
Nituguman’umwete,
Twigish’iryo jambo.
Ni vyo, ntiduheba.
Tuzoguma twihata,
Tuvugir’Imana.
Emwe, ntiduheba.
Ntiduheba.
3. Ntitugish’akaryo.
Hasigay’igihe gito.
Twese tugiye kwung’ubumwe,
Dushemez’Imana.
(ICITABIRIZO)
Nituguman’umwete,
Twigish’iryo jambo.
Ni vyo, ntiduheba.
Tuzoguma twihata,
Tuvugir’Imana.
Emwe, ntiduheba.
Ntiduheba.
(IKIRARO)
Nitwongerez’umwete, ntidute hasi.
Umuher’uri hafi, ntuzocerwa.
Twumireko.
(ICITABIRIZO)
Nituguman’umwete,
Twigish’iryo jambo.
Ni vyo, ntiduheba.
Tuzoguma twihata,
Tuvugir’Imana.
Emwe, ntiduheba.
Ntiduheba.
Ntiduheba.
Ntiduheba.