Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyo waremye biranyigisha

Ivyo waremye biranyigisha

Voma:

  1. 1. Mu mutwenz’inyoni ziraririmba.

    Ngaca mbona inyenyeri zibis’izuba

    Mu biti umuc’urakayangana,

    Haciye akayaga bigahungabana.

    (INTEGUZA)

    Nca ndirimba nti: “Yehova Mana,

    Ivyo waremye n’agahore.” Ndavy’inyenyeri,

    Nca ntahur’ingen’udukunda.

    (ICITABIRIZO)

    Ivyo waremye bituma nguhaya

    Ivyo waremye bituma nguhaya

    Ndaguhaya.

  2. 2. Ibikoko biberey’ijisho

    Urumv’ivyo bivuga ijor’umurango.

    Ku misozi be no mu mabahari,

    Vyose biririmbe, bigushemeze.

    (INTEGUZA)

    Nca ndirimba nti: “Yehova Mana,

    Ivyo waremye n’agahore.” Ndavy’inyenyeri,

    Nca ntahur’ingen’udukunda.

    (ICITABIRIZO)

    Ivyo waremye bituma nguhaya

    Ivyo waremye bituma nguhaya

    Ndaguhaya.

    (IKIRARO)

    Twihwej’ivyo tubonesh’amaso,

    Turamenya vyinshi ku Waduhay’ubuzima.

    (INTEGUZA)

    Nca ndirimba nti: “Yehova Mana,

    Ivyo waremye n’agahore.” Ndavy’inyenyeri,

    Nca ntahur’ingen’udukunda.

    (ICITABIRIZO)

    Ivyo waremye bituma nguhaya

    Ivyo waremye bituma nguhaya

    Ivyo waremye bituma ndaguhaya

    Ivyo waremye bituma ndaguhaya

    Ivyo waremye bituma ndaguhaya

    Ndaguhaya.