Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ku bwa Yehova, turi umwe

Ku bwa Yehova, turi umwe

Voma:

  1. 1. Mw’isi vyayangaye, barankana.

    Ah’uja hos’usanga baryana.

    Benshi bahitamwo kugumuka.

    Twebw’aba Yehova ni we twisunga.

    (INTEGUZA)

    Turumvira Bibiliya.

    Mu vy’isi ntiduhengama

    (ICITABIRIZO)

    Ingo, mu kantu dukora kose

    Dukundane, twamamaze.

    Maze twibanire mu bumwe.

    Naho dutandukanye,

    Ku bw’Imana tur’umwe.

  2. 2. Naho twotembera mu mahanga,

    Har’abavukanyi, turisanga.

    No mw’izi ngorane, turizera.

    Twitez’ubuzima budahera.

    (INTEGUZA)

    Turumvira Bibiliya.

    Mu vy’isi ntiduhengama

    (ICITABIRIZO)

    Ingo, mu kantu dukora kose

    Dukundane, twamamaze,

    Maze twibanire mu bumwe.

    Naho dutandukanye,

    Ku bw’Imana tur’umwe.

    Twunz’ubumwe.

    (INTEGUZA)

    Ingo twumire kw’ibanga,

    Ivy’isi twame twibanga

    (ICITABIRIZO)

    Ingo, mu kantu dukora kose

    Dukundane, twamamaze,

    Maze, twibanire mu bumwe.

    Naho dutandukanye,

    Twunz’ubumwe.

    (ICITABIRIZO)

    Ingo, mu kantu dukora kose

    Dukundane, twamamaze,

    Maze twibanire mu bumwe.

    Naho dutandukanye,

    Ku bw’Imana tur’umwe.