Niwibone uri mw’iparadizo
Voma:
1. Ndahumiriza nkih’ishusho
Abantu baba mu mahoro.
Izire,
Bizobe
Ubona.
2. Ntiwibaze ngo n’indoto nsa,
Imana yac’izobishitsa.
Ntibesha,
Bizoba
Ubona.
(ICITABIRIZO)
Nurabe—
Hose huzuy’umunezero.
Kand’uwo—
Wari wo mugambi wa Yehova.
3. Abacu twari twarabuze,
Tuzobibonera bazutse.
Izire,
Bizobe
Ubona.
4. Imibabaro n’amosozi
Bisigaye ari umugani.
Izire,
Bizobe
Ubona.
(ICITABIRIZO)
Nurabe—
Hose huzuy’umunezero.
Kand’uwo—
Wari wo mugambi wa Yehova.
5. Kw’ari Yehov’asezerana,
Ndavyizera sinkekeranya.
(IKIRARO)
Tubone
Vya vyiza
Tubikiwe
Ku bw’ibihe vyose.
Rero—
6. Ingo maze wibonere
Isi yuzuyemw’amahoro.
Ubwawe,
Bizoba
Ubona.