Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Nuhe umwanya Yehova

Nuhe umwanya Yehova

Voma:

  1. 1. Buri musi

    Wiruka muri vyinshi

    Ubura n’umwanya wo gusenga

    Arik’urama urondera . . .

    (ICITABIRIZO)

    Guh’umwanya Yehova.

    Mu buzima bwawe.

    Ntureke ng’utwarwe n’ubuzima.

    H’umwanya Yehova.

  2. 2. Nta bugenzi

    Hatab’ikiyago

    Kugir’umenye ko agukunda

    Be n’ukw’ataguheba

    Ukwiye . . .

    (ICITABIRIZO)

    Guh’umwanya Yehova.

    Mu buzima bwawe.

    Ntureke ng’utwarwe n’ubuzima.

    H’umwanya Yehova.

    (IKIRARO)

    Bona

    Ukuboko kwa Yehova.

    Bona

    Washitse mw’iparadizo.

    Ntuve mur’iyo nzira.

    Rondera.

    Rondera.

    Rondera

    (ICITABIRIZO)

    Guh’umwanya Yehova.

    Mu buzima bwawe.

    Ntureke ng’utwarwe n’ubuzima.

    H’umwanya Yehova.

    Rondera.

    Rondera.

    Rondera.

    Rondera.

    Rondera.

    Rondera.

    Rondera.