Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ya si nshasha yimirije

Ya si nshasha yimirije

Voma:

  1. 1. Niwibaz’uriko wibonera

    Abana bahimbawe bikinira

    Ata co binona.

    Nta kintu kikiduter’ubwoba.

    Twese dukor’ivy’Iman’igomba,

    Isi nziza tukayibungabunga

    Ibihe bidahera​—

    Ya mahoro twipfuj’adusaga.

    Tuzohimbarwa

    Ku ngoma ya Mesiya

    Mw’isi nshasha ije.

    (ICITABIRIZO)

    Icizigiro cacu

    Gikomez’ukwizera kwacu.

    Kiba nk’izuba rimuritse

    Tukibona twashitse

    Mw’isi nshasha ije.

  2. 2. Ubu na ho zirikan’ubone

    Har’imisozi n’inzuzi bitey’igomwe.

    Ni ho we wibera.

    Ibaze usohoste hanze,

    Nguy’uwawe wabuze

    Ubony’aj’agusanganira

    Akakugumbira​—

    Wari watuntujwe n’ukumubura.

    Tuzokwamana

    Ubuntu bw’Imana

    Mw’isi nshasha ije.

    (ICITABIRIZO)

    Icizigiro cacu

    Gikomez’ukwizera kwacu.

    Kiba nk’izuba rimuritse

    Tukibona twashitse

    Mw’isi nshasha ije.

    (IKIRARO)

    Iryo yavuze ryose

    Ntirizogenda ridashitse.

    Yehov’azohaz’icipfuzo

    C’igihumeka cose nantaryo.

    (ICITABIRIZO)

    Icizigiro cacu

    Gikomez’ukwizera kwacu.

    Kiba nk’izuba rimuritse

    Tukibona twashitse

    Mw’isi nshasha ije.

    Mw’isi nshasha ije.

    Mw’isi nshasha ije.

    Mw’isi nshasha ije.