Niwame ushima
Voma:
Dawe mawe,
Nshimye kubandikira
Ko muri abavyeyi beza.
Ngomvye kubashimira,
Mwama muvyuka umutwenzi,
Mukaguma mumpanura.
Munkorera ibintu vyinshi,
Nta n’uwo biharura.
Mwama munyigisha
Kwubaha Yehova
Mu vyo mukora no mu vyo muvuga.
N’ukuri je ndabakunda.
Yehova yarakoze kubona yarabampaye.