Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

URURIRIMBO RWA 49

Tunezereze umutima wa Yehova

Tunezereze umutima wa Yehova

(Imigani 27:11)

  1. 1. Mana, twakuraganiye

    Gukor’ivyo watubwiye.

    Ni ko gateka duterwa,

    Kandi bitum’unezerwa.

  2. 2. Wa mushumba wawe kw’isi,

    Atangaz’ivyawe kenshi.

    Agum’adufungurira,

    Bigatuma tukwumvira.

  3. 3. Turagusavye ya mpwemu,

    Ngo twoye kub’ibihemu,

    Nantaryo tugushemeze,

    Kandi tukunezereze.